Total Caf Confederation Cup na Total Caf Champions League amakipe y’amaze kumenya uko azahura muri 1/4

Nyuma y’imikino yo mu matsinda mu mikino nyafurika ya Total Caf Confederation Cup na Total Caf Champions League amakipe yamaze kumenya uko azacakirana muri 1/4.

Dore uko amakipe azahura muri Total Caf Confederation Cup imikino ya 1/4

1.Nkana FC (Zambia) vs CS Sfaxien (Tunisia)

2.Etoile du Sahel (Tunisia) vs Al-Hilal (Sudan)

3.Hassania Agadir (Maroc) vs Zamalek (Egypt)

4.Gormahia FC (Kenya) vs RS Berkane (Maroc)

Mu mikino ya Total Caf Champions League muri 1/4

1.Horoya FC (Guinea Conakry) vs Wydad Casablanca (Maroc)

2.Mamelodi Sundowns (South Africa) vs Al-Ahly (Egypt)

3. CS Constantine (Algeria) vs Esperence de Tunis (Tunisia)

4.Simba SC (Tanzania) vs TP Mazembe (DR Congo)

One Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *